Umukobwa w'imyaka 12 wo mu gihugu c'Ubudagi yakozwe ku mutima cane n'ibikorwa vy'uwuharanira kurwanya ubukene tw'udukoresho two mu butinyanka (imihango) w'Umunyafrika y'Epfo Tamara Magwashu ku buryo ...
Ibisata nka vyinshi mu gihugu "ntibiriko birakora neza" kubera ubukene bw’igitoro, mu gisagara ca Bujumbura amashure yasavye abavyeyi kwimenya kubera atakironka igitoro ashira muri bus zahora ...